MovieBoxPH XYZ logo
Africanسال2024دورانیہ3mIMDb7.7

Drama T - KOSHO (Official Video)

African

Director: ​⁠@johnelarts Producer: Real Beat M&M: @joellhoughton & Bob Pro Editor: Sani B & John Elarts Colorist: @JeakMedia Photographers: Guy Gael & Andy Sp Gaffer: King, Freddy & Janvier Costumes: @santibujat Make up: Jenny Black Bird & Danella Makeup Special Thanks: - La Coupe Restaurant Buja - Oscar Fashion LYRICS Verse 1 Sinjya mbeshya abo nitamwo I don’t know how to say it Iyo umfatishije ndizana Coz I’m a cheater Siniyoberanya Uku mba nipoweye Simvyegereza umutima Mba nigize intama Sha nditonda Wazana uburara mba nka Ossama Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma Im gonna treat you right and love you hard uzonyurwa Prechorus: Gusa gufana ikipe imwe Ntivyonyorohera Ninkucomoka Ntuzumbaririze Nkubwiye ko nd’umu player Ntakunda umuntu umwe Nkagucomoka Ntuzumbaririze Chorus: Ngo amanyanga nyarusha kosho Uzovyumva hose Gusa uzoba unzi uko ndi Abagusaza uzajye ubiyama Uko nje niko mpagaze Uzunkundire icyo Oohh yeah Mfunga la tete Ufunga Les jambes Its Crazy relationship Verse2 Nubona nkuha n’umunota Uje unshimira Hari indi bitch y’ubu mechant Iba iri inyuma I need you to understand If I let you down S’uko utari level zanjye Uri mwiza sha So far you’re my darlin Trust me you are Even if what you heard may be true I love you vyose ni urugamba tuzorugwana If I let you down uzuvyumve niko ndemwe Prechorus: Gusa gufana ikipe imwe Ntivyonyorohera Ninkucomoka Ntuzumbaririze Nkubwiye ko nd’umu player Ntakunda umuntu umwe Nkagucomoka Ntuzumbaririze Chorus: Ngo amanyanga nyarusha kosho Uzovyumva hose Gusa uzoba unzi uko ndi Abagusaza uzajye ubiyama Uko nje niko mpagaze Uzunkundire icyo Oohh yeah @dramat1826 #dramaT #Kosho

آپ کو یہ بھی پسند آ سکتا ہے

انجیل★ 7.7

Mercy Chinwo Greatest Hits - Top Christian Gospel Worship Songs

ہپ ہاپ اور ریپ★ 7.5

Tyga - XXX ft. Offset, 6ix9ine & 21 Savage (Music Video)

افروفیوژن★ 7.6

BURNA BOY SONGS/MIX/PLAYLIST 2023

امپیانو★ 7.9

BEST AMAPIANO MIX 2024

African★ 7.1

Marioo & Harmonize - Naogopa (Official Music Video)

African★ 7.0

Khuzani - Isilingo

African★ 7.7

Yo Maps - Fatima [Feat. Berita] (Official Music Video)

African★ 7.8

Mduduzi Ncube - Angsakhoni [Official Music Video]

African★ 7.9

Drama T - KODE (Official Video)

African★ 7.7

Double Jay - Ncokoza (Official Music Video)

RAP★ 7.9

Kirikou Akili - AHA NIHE (Official Video)

Hip Hop★ 7.3

Big Fizzo - Superman(Official Video)

African★ 7.6

Debordo Leekunfa - Djeneba Djaba - Clip officiel

African★ 7.8

Iyanii ft Mwanaa(Vijana Barubaru) & Cedo - Kifo Cha Mende (Official Music Video)

African★ 7.6

Yo Maps - Ex Wamunandi (Official Music Video)

African★ 7.2

Rema - YAYO (Lyric Visualizer)

African★ 7.6

Jah Prayzah - Ticheneke (Official Music Video)

African★ 7.8

Jah Prayzah - Chengetedza

African★ 7.5

Jux Ft Diamond Platnumz - Enjoy (Official Video)

African★ 7.3

Nayo Nayo - Chile One MrZambia Ft Tianna (Official Video)

ریگے★ 7.9

BEST REGGAE MIX BY DJ VALE237

ر ب★ 7.9

Akon - Best Songs Collection 2023 - Greatest Hits Songs of All Time - Music Mix Playlist 2023

ہپ ہاپ اور ریپ★ 7.5

Rich Sex

افروبیٹس★ 7.9

AFRICAN MUSIC GREATEST HITS OF 2024, 2023, 2022 (AMAPIANO, AFROBEATS) - FIREBOY, TEMS, JOEBOY, AYRA